ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 22
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Itanguriro 22:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 1:12; Heb 4:15; 5:8; 1Pt 1:7
  • +Yes 6:8

Itanguriro 22:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 4:3; 8:30; Yoh 3:16; 10:17
  • +It 17:19; Yos 24:3; Rm 9:7
  • +2Ng 3:1
  • +Gus 12:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2012, rup. 23

    1/2/2009, rup. 18

    15/8/2007, rup. 13

Itanguriro 22:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 26:5; Zb 119:60

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2009, rup. 18

Itanguriro 22:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:16
  • +Zb 95:6; Mt 4:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    2/2016, rup. 11

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2009, rup. 18

Itanguriro 22:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 19:17
  • +Yes 53:7; 1Pt 2:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2017, rup. 32

Itanguriro 22:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 26:39; Rm 8:15
  • +Yes 58:9; Yoh 8:29
  • +Kv 12:5; Rm 8:36

Itanguriro 22:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 1:29; Ef 5:2; Heb 10:5; 1Pt 1:19

Itanguriro 22:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:7; Kv 20:25; Heb 13:10
  • +Mt 27:2; Yoh 10:18; Ivk 8:32; Fp 2:8

Itanguriro 22:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 10:37; Rm 8:32; Heb 2:18; 11:17; Yak 2:21

Itanguriro 22:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 34:7; 91:11; Mt 17:5

Itanguriro 22:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 34:20; Yoh 19:36
  • +It 26:5; Heb 11:19; Yak 2:21; 1Yh 4:10; 5:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2009, rup. 18

Itanguriro 22:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 16:3

Itanguriro 22:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 22:2; 2Ng 3:1; Yes 25:6

Itanguriro 22:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 105:9; Yes 45:23; Heb 6:13
  • +Yoh 3:16; Rm 8:32; Heb 11:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2012, rup. 23-24

Itanguriro 22:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “urubuto.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 13:16; 15:5; Ivk 3:25; Gl 3:29; Heb 6:14
  • +2Sm 11:23; Zb 2:8; Dn 2:44; Heb 2:14; Ivh 11:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2008, rup. 21

    15/9/2004, rup. 9

    1/6/2004, rup. 11

    1/6/2000, rup. 13-14

    1/2/1998, rup. 19-23, 27

Itanguriro 22:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 3:15; Rm 9:7; Gl 3:16
  • +Zk 8:23; Gl 3:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 3 2020 rup. 14-15

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2018, rup. 4

    Be maso!,

    7/2012, rup. 18

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2009, rup. 4

    1/4/2009, rup. 12

    1/9/2000, rup. 28-29

    1/6/2000, rup. 13-14

    1/2/1998, rup. 19-23, 24-25

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 311

    Urashobora Kubaho, rup. 117-118

Itanguriro 22:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 21:31

Itanguriro 22:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 11:29
  • +It 11:26

Itanguriro 22:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 32:2

Itanguriro 22:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 25:20

Itanguriro 22:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 24:15; Rm 9:10

Itanguriro 22:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 10:6

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ita. 22:1Yb 1:12; Heb 4:15; 5:8; 1Pt 1:7
Ita. 22:1Yes 6:8
Ita. 22:2Img 4:3; 8:30; Yoh 3:16; 10:17
Ita. 22:2It 17:19; Yos 24:3; Rm 9:7
Ita. 22:22Ng 3:1
Ita. 22:2Gus 12:14
Ita. 22:3It 26:5; Zb 119:60
Ita. 22:5It 12:16
Ita. 22:5Zb 95:6; Mt 4:10
Ita. 22:6Yoh 19:17
Ita. 22:6Yes 53:7; 1Pt 2:23
Ita. 22:7Mt 26:39; Rm 8:15
Ita. 22:7Yes 58:9; Yoh 8:29
Ita. 22:7Kv 12:5; Rm 8:36
Ita. 22:8Yoh 1:29; Ef 5:2; Heb 10:5; 1Pt 1:19
Ita. 22:9It 12:7; Kv 20:25; Heb 13:10
Ita. 22:9Mt 27:2; Yoh 10:18; Ivk 8:32; Fp 2:8
Ita. 22:10Mt 10:37; Rm 8:32; Heb 2:18; 11:17; Yak 2:21
Ita. 22:11Zb 34:7; 91:11; Mt 17:5
Ita. 22:12Zb 34:20; Yoh 19:36
Ita. 22:12It 26:5; Heb 11:19; Yak 2:21; 1Yh 4:10; 5:3
Ita. 22:13Lw 16:3
Ita. 22:14It 22:2; 2Ng 3:1; Yes 25:6
Ita. 22:16Zb 105:9; Yes 45:23; Heb 6:13
Ita. 22:16Yoh 3:16; Rm 8:32; Heb 11:17
Ita. 22:17It 13:16; 15:5; Ivk 3:25; Gl 3:29; Heb 6:14
Ita. 22:172Sm 11:23; Zb 2:8; Dn 2:44; Heb 2:14; Ivh 11:15
Ita. 22:18It 3:15; Rm 9:7; Gl 3:16
Ita. 22:18Zk 8:23; Gl 3:8
Ita. 22:19It 21:31
Ita. 22:20It 11:29
Ita. 22:20It 11:26
Ita. 22:21Yb 32:2
Ita. 22:22It 25:20
Ita. 22:23It 24:15; Rm 9:10
Ita. 22:242Sm 10:6
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
Bibiliya y’isi nshasha
Itanguriro 22:1-24

Itanguriro

22 Inyuma y’ivyo, Imana y’ukuri igeza+ Aburahamu. Nuko imubwira iti: “Aburahamu!” Na we ati: “Ndi hano+!” 2 Ibandanya kuvuga iti: “Enda tora umuhungu wawe, umuhungu wawe rudende ukunda cane+, Izahaki+, ufate urugendo uje mu gihugu ca Moriya+, maze ng’aho, umushikane bwa shikanwa riturirwa, kuri umwe mu misozi nzokurangira+.”

3 Nuko Aburahamu avyuka kare mu gitondo, ashira itandiko ku ndogobwa yiwe, ahitana babiri mu basuku biwe na Izahaki umuhungu wiwe+; asatura n’inkwi za nya shikanwa riturirwa. Maze arahaguruka afata urugendo aja nya hantu Imana y’ukuri yari yamurangiye. 4 Ku musi ugira gatatu ni ho Aburahamu yararamura amaso, maze abona nya hantu akiri kure. 5 Aburahamu abwira rero abasuku biwe+ ati: “Mwebwe nimusigare ng’aha n’indogobwa, jewe n’uyu muhungu dushaka kugenda gushika hariya gusenga+, duheze tugaruke aho muri.”

6 Aburahamu afata za nkwi z’ishikanwa riturirwa aziremeka Izahaki umuhungu wiwe+, afata mu maboko yiwe umuriro n’ikibugita, maze bompi babandanya urugendo+. 7 Maze Izahaki abwira Aburahamu se wiwe ati: “Da+!” Na we ati: “Ndi hano, mwananje+!” Abandanya ati: “Umuriro n’inkwi ng’ibi, ariko none intama y’ishikanwa riturirwa iri hehe+?” 8 Aburahamu na we ati: “Imana ubwayo iraza gutanga intama y’ishikanwa riturirwa+, mwananje.” Nuko bompi babandanya urugendo.

9 Amaherezo bashika ha hantu Imana y’ukuri yari yamurangiye, maze Aburahamu ahubaka igicaniro+, atunganya inkwi, araheza aboha Izahaki umuhungu wiwe amaboko n’amaguru, amushira kuri nya gicaniro hejuru y’inkwi+. 10 Maze Aburahamu atuma ukuboko afata ca kibugita kugira yice umuhungu wiwe+. 11 Mugabo umumarayika wa Yehova amuhamagara ari mu majuru ati+: “Aburahamu, Aburahamu!” Na we arishura ati: “Ndi hano!” 12 Abandanya ati: “Ntubangurire ukuboko uwo muhungu, kandi ntihagire ico umugira+, kuko ubu menye vy’ukuri yuko utinya Imana, kuko utanyimye umuhungu wawe, umwana wawe rudende+.” 13 Nuko Aburahamu araramura amaso aritegereza, aza abona nka hariya imbere impfizi y’intama yafashwe amahembe mu gisaka c’inzitane. Maze Aburahamu aragenda afata nya mpfizi y’intama, ayitanga bwa shikanwa riturirwa mu kibanza c’umuhungu wiwe+. 14 Aho hantu Aburahamu ahita Yehova-yire. Ni co gituma bikunze kuvugwa muri iki gihe ngo: “Ku musozi wa Yehova bizoronkeka+.”

15 Nuko umumarayika wa Yehova ahamagara Aburahamu ubugira kabiri ari mu majuru 16 avuga ati: “‘Emwe, ndirahiye jewe ubwanje,’ ni ko Yehova avuze+, ‘yuko, ko wakoze ico kintu ntiwimane umuhungu wawe, umwana wawe rudende+, 17 ni ukuri nzoguhezagira, kandi ni ukuri nzogwiza uruvyaro* rwawe nk’inyenyeri zo mu majuru, nk’udutete tw’umusenyi turi ku nkengera y’ikiyaga+; kandi uruvyaro rwawe ruzokwigarurira irembo ry’abansi barwo+. 18 Kandi biciye ku ruvyaro rwawe+ amahanga yose yo kw’isi azokwihesha koko umuhezagiro kubera yuko wumvirije ijwi ryanje+.’”

19 Hanyuma Aburahamu asubira aho abasuku biwe bari, barahaguruka bafata inzira bajana i Beyeri-sheba+; nuko Aburahamu abandanya kuba i Beyeri-sheba.

20 Inyuma y’ivyo, inkuru ishikira Aburahamu ngo: “Ehe Milika+ na we nyene yaravyariye abana Nahori+ mwene wanyu: 21 Uzu imfura yiwe na Buzu+ mwene wabo na Kemuweli se wa Aramu, 22 na Kesedi na Hazo na Piludashi na Yidulafu na Betuweli+.” 23 Betuweli avyara Rebeka+. Abo umunani Milika yabavyariye Nahori mwene wabo na Aburahamu. 24 Hariho n’incoreke yiwe yitwa Reyuma. Mu nyuma na yo nyene yibaruka Teba na Gahamu na Tahashi na Mayaka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika