Itanguriro 41:12, 13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Twari kumwe n’umusore w’Umuheburayo, umukozi w’umukuru w’abacungera umwami+. Tumaze kumwiganira indoto zacu+, yaciye azidusobanurira. 13 Kandi vyagenze nk’uko nyene yabidusobanuriye: jewe narasubijwe mu kazi kanje, ariko uwo wundi yaramanitswe+.»
12 Twari kumwe n’umusore w’Umuheburayo, umukozi w’umukuru w’abacungera umwami+. Tumaze kumwiganira indoto zacu+, yaciye azidusobanurira. 13 Kandi vyagenze nk’uko nyene yabidusobanuriye: jewe narasubijwe mu kazi kanje, ariko uwo wundi yaramanitswe+.»