Itanguriro 40:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Umusi ugira gatatu wari umusi mukuru wo kwibuka ivuka*+ rya Farawo. Nuko agirira umusi mukuru abasuku biwe bose, araheza asohora wa mukuru w’abahereza ibinyobwa na wa mukuru w’abotsa imikate, abasuku biwe bose babona. Itanguriro 40:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Mugabo amanika wa mukuru w’abotsa imikate, nk’uko nyene Yozefu yari yabibasobanuriye+.
20 Umusi ugira gatatu wari umusi mukuru wo kwibuka ivuka*+ rya Farawo. Nuko agirira umusi mukuru abasuku biwe bose, araheza asohora wa mukuru w’abahereza ibinyobwa na wa mukuru w’abotsa imikate, abasuku biwe bose babona.