Itanguriro 47:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Bongerako bati: «Twaje kuba ino+ nk’abanyamahanga kuko mu gihugu ca Kanani hari inzara ikomeye+, akaba ata buragiro bw’ibitungwa vyacu buriyo. Turagusavye rero utureke twebwe abasavyi bawe tube mu ntara ya Gosheni+.»
4 Bongerako bati: «Twaje kuba ino+ nk’abanyamahanga kuko mu gihugu ca Kanani hari inzara ikomeye+, akaba ata buragiro bw’ibitungwa vyacu buriyo. Turagusavye rero utureke twebwe abasavyi bawe tube mu ntara ya Gosheni+.»