ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 46:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Jewe ubwanje nzojana nawe mu Misiri, kandi ni jewe nyene nzogukurayo+. Vyongeye, Yozefu azohwamika amaso yawe niwapfa+.»

  • Itanguriro 50:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Bamujana i Kanani, bamuhamba mw’isenga ry’ibuye riri mw’itongo ry’i Makipela, aharabana n’i Mamure. Iryo tongo Aburahamu yari yariguze na Efuroni Umuheti kugira aronke itongo ryo guhambamwo+.

  • Ivyakozwe 7:15, 16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Yakobo yaciye amanuka mu Misiri+, kandi ni yo yapfiriye+, cokimwe na ba sogokuruza bacu+. 16 Bahavuye babajana i Shekemu, hanyuma babahamba mu mva Aburahamu yari yaguze amahera na bene Hamori i Shekemu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika