Itanguriro 50:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Hanyuma Yozefu abwira benewabo ati: «Ehe ngira mpfe, ariko Imana ntizobura kubitwararika+. Izobakura muri iki gihugu ibajane mu gihugu yarahiye Aburahamu, Izahaki na Yakobo ko izokibaha+.»
24 Hanyuma Yozefu abwira benewabo ati: «Ehe ngira mpfe, ariko Imana ntizobura kubitwararika+. Izobakura muri iki gihugu ibajane mu gihugu yarahiye Aburahamu, Izahaki na Yakobo ko izokibaha+.»