ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 41:43
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 43 Vyongeye, amwuriza umukogote w’iteka ugira kabiri yari afise, maze abantu bagenda barasemerera imbere yiwe bati: «Avreki*!» Ukwo ni ko yamuhaye kugaba igihugu cose ca Misiri.

  • Itanguriro 46:29
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Yozefu aca ategeka abasuku biwe ngo bamutegurire umukogote kugira aje i Gosheni gusanganira se wiwe Isirayeli. Amushikiriye, aca aramugumbira, amara umwanya munini ariko ararira.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika