ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 1:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Imana yongera kuvuga iti: «Nihabeho ibintu bitanga umuco*+ mu kirere kugira bitandukanye umurango n’ijoro+, kandi bizoba ibimenyetso vyerekana ibihe, imisi n’imyaka+.

  • Zaburi 74:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Ni wewe washizeho imbibe zose z’isi+,

      ushiraho ici n’urushana+.

  • Umusiguzi 1:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Urunganwe* rumwe ruragenda urundi rukaza,

      ariko isi yoyo yamaho* ibihe vyose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika