Itanguriro 9:18, 19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Abahungu ba Nowa bavuye mu bwato bari Shemu, Hamu na Yafeti+. Hamu yahavuye avyara Kanani+. 19 Uko ari batatu bari abahungu ba Nowa, kandi abantu bose baba kw’isi ni bo bakomotseko+.
18 Abahungu ba Nowa bavuye mu bwato bari Shemu, Hamu na Yafeti+. Hamu yahavuye avyara Kanani+. 19 Uko ari batatu bari abahungu ba Nowa, kandi abantu bose baba kw’isi ni bo bakomotseko+.