Ezekiyeli 27:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Abacuruza b’i Sheba n’i Rama+ bakorana urudandaza nawe. Baguha amaparufe meza cane y’ubwoko bwose, ubwoko bwose bw’amabuye y’agaciro n’inzahabu, nawe ukabaha ibidandazwa vyawe+.
22 Abacuruza b’i Sheba n’i Rama+ bakorana urudandaza nawe. Baguha amaparufe meza cane y’ubwoko bwose, ubwoko bwose bw’amabuye y’agaciro n’inzahabu, nawe ukabaha ibidandazwa vyawe+.