Gusubira mu vyagezwe 29:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Bazobona kandi ingene gisigaye cuzuyemwo amazuku*, umunyu n’umuriro ku buryo ata kintu na kimwe cohamera, ata n’icatsi kiharangwa, hasigaye hameze nk’ibisagara vya Sodomu na Gomora+, Adima na Zeboyimu+, bimwe Yehova yatikiza yarakaye.
23 Bazobona kandi ingene gisigaye cuzuyemwo amazuku*, umunyu n’umuriro ku buryo ata kintu na kimwe cohamera, ata n’icatsi kiharangwa, hasigaye hameze nk’ibisagara vya Sodomu na Gomora+, Adima na Zeboyimu+, bimwe Yehova yatikiza yarakaye.