ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 4:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 (Aba ni bo banditse iryo kete: uwo mutegetsi mukuru yitwa Rehumu n’uwo mwanditsi yitwa Shimushayi na bagenzi babo, abacamanza, ba buramatari batobato, abanyamabanga, abantu b’i Ereki+, Abanyababiloni, n’ababa i Susa+, ni ukuvuga Abelamu+.

  • Ivyakozwe 2:8, 9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Bishoboka gute none ngo umwe wese muri twebwe abe ariko arumva ururimi rwiwe kavukire*? 9 Turi Abapariti, Abamedi+, Abelamu+, ababa muri Mezopotamiya, i Yudaya, i Kapadosi, i Ponto, mu ntara ya Aziya+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika