Itanguriro 12:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Aburamu aca aragenda nk’uko Yehova yari yamubwiye, na Loti ajana na we. Aburamu yari afise imyaka 75 igihe yava i Harani+. Itanguriro 19:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ba bamarayika babiri bashika i Sodomu ku mugoroba, kandi Loti yari yicaye kw’irembo rya Sodomu. Ababonye aca arahaguruka aja kubasanganira, arunama mu maso hashika hasi+. 2 Petero 2:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Yararokoye na wa mugororotsi Loti+ yatuntuzwa cane n’inyifato iteye isoni kandi y’akagagazo* y’abagarariji.
4 Aburamu aca aragenda nk’uko Yehova yari yamubwiye, na Loti ajana na we. Aburamu yari afise imyaka 75 igihe yava i Harani+.
19 Ba bamarayika babiri bashika i Sodomu ku mugoroba, kandi Loti yari yicaye kw’irembo rya Sodomu. Ababonye aca arahaguruka aja kubasanganira, arunama mu maso hashika hasi+.
7 Yararokoye na wa mugororotsi Loti+ yatuntuzwa cane n’inyifato iteye isoni kandi y’akagagazo* y’abagarariji.