Gusubira mu vyagezwe 2:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Imbere y’aho Abahori+ ni bo baba i Seyiri. Ariko abakomoka kuri Esawu barabomoye, barabatikiza maze baba mu kibanza cabo+, nk’uko nyene Abisirayeli bazogira igihugu cabo, ico Yehova azobaha ata kabuza.)
12 Imbere y’aho Abahori+ ni bo baba i Seyiri. Ariko abakomoka kuri Esawu barabomoye, barabatikiza maze baba mu kibanza cabo+, nk’uko nyene Abisirayeli bazogira igihugu cabo, ico Yehova azobaha ata kabuza.)