Itanguriro 16:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Mu nyuma, umumarayika wa Yehova amusanga mu gahinga hafi y’iriba ry’amazi riri ku nzira ija i Shura+. Abacamanza 13:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Nya mumarayika wa Yehova ntiyasubiye kubonekera Manowa n’umugore wiwe. Manowa aca amenya ko yari umumarayika wa Yehova+.
7 Mu nyuma, umumarayika wa Yehova amusanga mu gahinga hafi y’iriba ry’amazi riri ku nzira ija i Shura+.
21 Nya mumarayika wa Yehova ntiyasubiye kubonekera Manowa n’umugore wiwe. Manowa aca amenya ko yari umumarayika wa Yehova+.