Itanguriro 25:17, 18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ishimayeli yamaze imyaka 137 hanyuma arapfa, ahamvya ab’iwabo*. 18 Akarere abamukomokako babamwo kava i Havila+ hafi ya Shura+, aharabana na Misiri, kagashika i Ashuri. Baba hafi ya benewabo bose*+.
17 Ishimayeli yamaze imyaka 137 hanyuma arapfa, ahamvya ab’iwabo*. 18 Akarere abamukomokako babamwo kava i Havila+ hafi ya Shura+, aharabana na Misiri, kagashika i Ashuri. Baba hafi ya benewabo bose*+.