Itanguriro 12:11, 12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Agira yinjire mu Misiri, abwira umugore wiwe Sarayi ati: «Umve, ndazi ko uri mwiza cane+. 12 Abanyamisiri nibakubona, ntibazobura kuvuga ngo: “Ni umugore wiwe.” Bazoca banyica nawe bakureke. Itanguriro 26:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Igihe abagabo b’aho hantu bamubajije ibijanye n’umugore wiwe, yaca abishura ati: «Ni mushikanje+.» Yaratinya kuvuga ko ari umugore wiwe kuko yibwira ko abantu baho bohava bamwica kubera Rebeka, kuko yari mwiza cane+.
11 Agira yinjire mu Misiri, abwira umugore wiwe Sarayi ati: «Umve, ndazi ko uri mwiza cane+. 12 Abanyamisiri nibakubona, ntibazobura kuvuga ngo: “Ni umugore wiwe.” Bazoca banyica nawe bakureke.
7 Igihe abagabo b’aho hantu bamubajije ibijanye n’umugore wiwe, yaca abishura ati: «Ni mushikanje+.» Yaratinya kuvuga ko ari umugore wiwe kuko yibwira ko abantu baho bohava bamwica kubera Rebeka, kuko yari mwiza cane+.