Itanguriro 35:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Nuko Yakobo ashika kwa se wiwe Izahaki i Mamure+ muri Kiriyati-Aruba, ni ukuvuga Heburoni, aho Aburahamu na Izahaki bigeze kuba ari abanyamahanga+. Guharura 13:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Nuko baduga i Negebu maze bashika i Heburoni+, ari na ho haba Ahimani, Sheshayi na Talimayi+, kandi abo bose bakomoka kuri Anaki+. (Heburoni yari yubatswe imyaka indwi imbere ya Zowani yo mu Misiri.)
27 Nuko Yakobo ashika kwa se wiwe Izahaki i Mamure+ muri Kiriyati-Aruba, ni ukuvuga Heburoni, aho Aburahamu na Izahaki bigeze kuba ari abanyamahanga+.
22 Nuko baduga i Negebu maze bashika i Heburoni+, ari na ho haba Ahimani, Sheshayi na Talimayi+, kandi abo bose bakomoka kuri Anaki+. (Heburoni yari yubatswe imyaka indwi imbere ya Zowani yo mu Misiri.)