Itanguriro 12:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Aburamu afata Sarayi+ umugore wiwe, Loti umuhungu wa mwenewabo+, ibintu vyose bari bararonse+ n’abashumba bari bararonkeye i Harani, maze bafata inzira baja mu gihugu ca Kanani+. Bashitse i Kanani,
5 Aburamu afata Sarayi+ umugore wiwe, Loti umuhungu wa mwenewabo+, ibintu vyose bari bararonse+ n’abashumba bari bararonkeye i Harani, maze bafata inzira baja mu gihugu ca Kanani+. Bashitse i Kanani,