ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 17:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Aburamu amaze imyaka 99, Yehova aramubonekera amubwira ati: «Ndi Imana Mushoboravyose. Gendera imbere yanje kandi werekane ko uri intungane*.

  • Itanguriro 17:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Mwe n’uruvyaro* rwawe nzobaha igihugu wabayemwo uri umunyamahanga+, igihugu cose ca Kanani, kibe rwanyu ibihe vyose kandi nzoba Imana yabo+.»

  • Abaheburayo 11:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Kubera ukwizera, yabayeho ari umunyamahanga mu gihugu yasezeraniwe+, abana mu mahema+ na Izahaki na Yakobo, abarazwe umuhango na we nyene yahawe+.

  • Abaheburayo 11:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Abo bose bapfiriye mu kwizera naho batabonye iranguka ry’iyo mihango+. Mugabo bayiboneye kure+ barayiha ikaze bongera baravuga ku mugaragaro yuko ari abanyamahanga n’ingenzi muri nya gihugu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika