Rusi 4:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Hanyuma Bowazi aduga kw’irembo ry’igisagara+, yicaraho. Haciye akanya, aza abona ya ncuti yari yavuze+ irarenganye. Bowazi aca avuga ati: «Yewe ntuze, ingo wicare hano.» Nuko aragenda, aricara.
4 Hanyuma Bowazi aduga kw’irembo ry’igisagara+, yicaraho. Haciye akanya, aza abona ya ncuti yari yavuze+ irarenganye. Bowazi aca avuga ati: «Yewe ntuze, ingo wicare hano.» Nuko aragenda, aricara.