Itanguriro 12:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Nuko inzara iratera mu gihugu, Aburamu aca amanuka mu Misiri kugira abe arabayo+, kuko inzara yari ikaze cane+.
10 Nuko inzara iratera mu gihugu, Aburamu aca amanuka mu Misiri kugira abe arabayo+, kuko inzara yari ikaze cane+.