-
Itanguriro 12:1-3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
12 Yehova abwira Aburamu ati: «Va mu gihugu cawe, mu ncuti zawe no mu muryango wawe, uje mu gihugu nzokwereka+. 2 Nzokugira ihanga rikomeye kandi nzoguhezagira. Izina ryawe nzorigira rurangiranwa kandi uzobera abandi umuhezagiro+. 3 Nzohezagira abaguhezagira, mvume abakuvuma+, kandi imiryango yose yo kw’isi izohezagirwa* vy’ukuri biciye kuri wewe+.»
-