Itanguriro 24:67 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 67 Inyuma y’ivyo, Izahaki yinjiza Rebeka mw’ihema rya nyina wiwe Sara+, aramutwara aba umugore wiwe. Izahaki aramukunda cane+, aronka uruhoza inyuma yo kubura nyina wiwe+.
67 Inyuma y’ivyo, Izahaki yinjiza Rebeka mw’ihema rya nyina wiwe Sara+, aramutwara aba umugore wiwe. Izahaki aramukunda cane+, aronka uruhoza inyuma yo kubura nyina wiwe+.