Itanguriro 21:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Ico gihe, Abimeleki ari kumwe na Fikoli umukuru w’ingabo ziwe, abwira Aburahamu ati: «Imana iri kumwe nawe mu vyo ukora vyose+.
22 Ico gihe, Abimeleki ari kumwe na Fikoli umukuru w’ingabo ziwe, abwira Aburahamu ati: «Imana iri kumwe nawe mu vyo ukora vyose+.