Itanguriro 36:2, 3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Esawu yakuye abagore biwe mu bakobwa b’i Kanani: Ada+ umukobwa wa Eloni Umuheti+, Oholibama+ umukobwa wa Ana akaba n’umwuzukuru wa Zibeyoni Umuhiwi, 3 hamwe na Basemati+ umukobwa wa Ishimayeli, mushiki wa Nebayoti+.
2 Esawu yakuye abagore biwe mu bakobwa b’i Kanani: Ada+ umukobwa wa Eloni Umuheti+, Oholibama+ umukobwa wa Ana akaba n’umwuzukuru wa Zibeyoni Umuhiwi, 3 hamwe na Basemati+ umukobwa wa Ishimayeli, mushiki wa Nebayoti+.