Itanguriro 12:2, 3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Nzokugira ihanga rikomeye kandi nzoguhezagira. Izina ryawe nzorigira rurangiranwa kandi uzobera abandi umuhezagiro+. 3 Nzohezagira abaguhezagira, mvume abakuvuma+, kandi imiryango yose yo kw’isi izohezagirwa* vy’ukuri biciye kuri wewe+.»
2 Nzokugira ihanga rikomeye kandi nzoguhezagira. Izina ryawe nzorigira rurangiranwa kandi uzobera abandi umuhezagiro+. 3 Nzohezagira abaguhezagira, mvume abakuvuma+, kandi imiryango yose yo kw’isi izohezagirwa* vy’ukuri biciye kuri wewe+.»