ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 12:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Maze Yehova abonekera Aburamu, amubwira ati: «Iki gihugu+ nzogiha uruvyaro* rwawe+.» Aburamu aca yubakira igicaniro Yehova aho hantu yari yamubonekeye.

  • Itanguriro 15:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Imana ica imubwira iti: «Umenye neza ko abagukomokako* bazoba abanyamahanga mu gihugu atari rwabo, kandi abantu bo muri ico gihugu bazobagira abaja bongere babatoteze imyaka 400+.

  • Itanguriro 17:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Aburamu amaze imyaka 99, Yehova aramubonekera amubwira ati: «Ndi Imana Mushoboravyose. Gendera imbere yanje kandi werekane ko uri intungane*.

  • Itanguriro 17:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Mwe n’uruvyaro* rwawe nzobaha igihugu wabayemwo uri umunyamahanga+, igihugu cose ca Kanani, kibe rwanyu ibihe vyose kandi nzoba Imana yabo+.»

  • Abaheburayo 11:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Kubera ukwizera, yabayeho ari umunyamahanga mu gihugu yasezeraniwe+, abana mu mahema+ na Izahaki na Yakobo, abarazwe umuhango na we nyene yahawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika