Itanguriro 28:18, 19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Hanyuma Yakobo avyuka kare mu gitondo, atora rya buye yari yiseguje, arishinga nk’inkingi maze arisukako amavuta hejuru+. 19 Aho hantu aca ahita Beteli*, ariko ico gisagara kera citwa Luzi+.
18 Hanyuma Yakobo avyuka kare mu gitondo, atora rya buye yari yiseguje, arishinga nk’inkingi maze arisukako amavuta hejuru+. 19 Aho hantu aca ahita Beteli*, ariko ico gisagara kera citwa Luzi+.