ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 12:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Maze Yehova abonekera Aburamu, amubwira ati: «Iki gihugu+ nzogiha uruvyaro* rwawe+.» Aburamu aca yubakira igicaniro Yehova aho hantu yari yamubonekeye.

  • Itanguriro 28:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Izoguhezagira mwe n’uruvyaro* rwawe, nk’uko yahezagiye Aburahamu+, ikugabire igihugu wabayemwo uri umunyamahanga, ico yahaye Aburahamu+.»

  • Zaburi 105:9-11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Yama yibuka isezerano yagiraniye na Aburahamu+,

      n’indahiro yarahiye Izahaki+.

      10 Iyo ndahiro yayigize itegeko kuri Yakobo,

      ayigira isezerano ryamaho kuri Isirayeli,

      11 avuga ati: «Nzoguha igihugu ca Kanani+,

      kibe intoranwa yawe+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika