Itanguriro 27:41 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 41 Ariko Esawu agirira inzigo Yakobo kubera umuhezagiro se yari yamuhaye+, aguma yibwira ati: «Dawe ari mu gupfa+. Ikigandaro nicahera, nzoca nica Yakobo mwenewacu.»
41 Ariko Esawu agirira inzigo Yakobo kubera umuhezagiro se yari yamuhaye+, aguma yibwira ati: «Dawe ari mu gupfa+. Ikigandaro nicahera, nzoca nica Yakobo mwenewacu.»