Yosuwa 24:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Maze Yosuwa akoranya imiryango yose ya Isirayeli i Shekemu, atumako abashingantahe bo muri Isirayeli, abakuru, abacamanza n’abarongoye abandi+, bahagarara imbere y’Imana y’ukuri.
24 Maze Yosuwa akoranya imiryango yose ya Isirayeli i Shekemu, atumako abashingantahe bo muri Isirayeli, abakuru, abacamanza n’abarongoye abandi+, bahagarara imbere y’Imana y’ukuri.