Itanguriro 30:22-24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Amaherezo Imana yibuka Rasheli, yishura isengesho ryiwe maze imuha gusama inda+. 23 Rasheli aribungenga hanyuma avyara umuhungu, aca avuga ati: «Imana yankuyeko iceyi+!» 24 Nuko amwita Yozefu*+, avuga ati: «Yehova anyongeye uwundi muhungu.»
22 Amaherezo Imana yibuka Rasheli, yishura isengesho ryiwe maze imuha gusama inda+. 23 Rasheli aribungenga hanyuma avyara umuhungu, aca avuga ati: «Imana yankuyeko iceyi+!» 24 Nuko amwita Yozefu*+, avuga ati: «Yehova anyongeye uwundi muhungu.»