Itanguriro 27:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Izahaki amwishura ati: «Uzoba kure y’ivu ryimbuka be n’urume ruva mw’ijuru+. Itanguriro 32:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nuko Yakobo arungika intumwa imbere yiwe, zija kwa Esawu mwenewabo mu gihugu ca Seyiri+, mu ntara ya Edomu+.
3 Nuko Yakobo arungika intumwa imbere yiwe, zija kwa Esawu mwenewabo mu gihugu ca Seyiri+, mu ntara ya Edomu+.