Kuvayo 15:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ico gihe abatware* bo muri Edomu bazotekerwa n’ubwoba.Abategetsi bakomeye* b’i Mowabu bazojugumira+. Ababa i Kanani bose bazokwihebura+.
15 Ico gihe abatware* bo muri Edomu bazotekerwa n’ubwoba.Abategetsi bakomeye* b’i Mowabu bazojugumira+. Ababa i Kanani bose bazokwihebura+.