Itanguriro 14:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Abahori+ na bo babatsindira ku musozi wabo Seyiri+ gushika i Eli-Parani hafi y’ubugaragwa. Gusubira mu vyagezwe 2:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Imbere y’aho Abahori+ ni bo baba i Seyiri. Ariko abakomoka kuri Esawu barabomoye, barabatikiza maze baba mu kibanza cabo+, nk’uko nyene Abisirayeli bazogira igihugu cabo, ico Yehova azobaha ata kabuza.) Gusubira mu vyagezwe 2:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Ivyo ni vyo yari yaragiriye abakomoka kuri Esawu baba i Seyiri+. Yarabafashije gutikiza Abahori+, baca baba mu gihugu cabo gushika n’uno musi.
12 Imbere y’aho Abahori+ ni bo baba i Seyiri. Ariko abakomoka kuri Esawu barabomoye, barabatikiza maze baba mu kibanza cabo+, nk’uko nyene Abisirayeli bazogira igihugu cabo, ico Yehova azobaha ata kabuza.)
22 Ivyo ni vyo yari yaragiriye abakomoka kuri Esawu baba i Seyiri+. Yarabafashije gutikiza Abahori+, baca baba mu gihugu cabo gushika n’uno musi.