Yosuwa 19:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Nya rubibe rwarahindukira rwerekeza i Rama gushika ku gisagara gikingijwe ibihome ca Tiro+. Rwaca rusubira guhindukira rukerekeza i Hosa, rukagarukira ku kiyaga mu karere ka Akizibu, Yosuwa 19:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Iyo ni yo yabaye intoranwa y’umuryango wa Asheri hisunzwe ingo ziwugize+. Ivyo ni vyo vyari ibisagara vyabo n’ibigwati bihegereye.
29 Nya rubibe rwarahindukira rwerekeza i Rama gushika ku gisagara gikingijwe ibihome ca Tiro+. Rwaca rusubira guhindukira rukerekeza i Hosa, rukagarukira ku kiyaga mu karere ka Akizibu,
31 Iyo ni yo yabaye intoranwa y’umuryango wa Asheri hisunzwe ingo ziwugize+. Ivyo ni vyo vyari ibisagara vyabo n’ibigwati bihegereye.