Gusubira mu vyagezwe 25:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Nimba hari abahungu bavukana babana hafi, hanyuma umwe muri bo agapfa ata muhungu asize, umugore w’uwo yapfuye ntaze arongorwe n’umugabo atava muri uwo muryango. Muramuwe ategerezwa kumucura*, abe umugore wiwe+.
5 Nimba hari abahungu bavukana babana hafi, hanyuma umwe muri bo agapfa ata muhungu asize, umugore w’uwo yapfuye ntaze arongorwe n’umugabo atava muri uwo muryango. Muramuwe ategerezwa kumucura*, abe umugore wiwe+.