Itanguriro 38:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Yuda aca abwira umukazana wiwe Tamari ati: «Nube uraja kuba kwa so, ugume uri umupfakazi gushika umuhungu wanje Shela akuze.» Yabigize gutyo kuko yibwira ati: «Shela na we nyene yohava apfa nka benewabo+.» Nuko Tamari aragenda, aguma kwa se wiwe.
11 Yuda aca abwira umukazana wiwe Tamari ati: «Nube uraja kuba kwa so, ugume uri umupfakazi gushika umuhungu wanje Shela akuze.» Yabigize gutyo kuko yibwira ati: «Shela na we nyene yohava apfa nka benewabo+.» Nuko Tamari aragenda, aguma kwa se wiwe.