Itanguriro 38:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Nuko akatira iyo ari iruhande y’inzira, amubwira ati: «Ndagusavye unyemerere turyamane.» Ntiyari azi ko ari umukazana wiwe+. Ariko Tamari amubaza ati: «Umpa iki kugira turyamane?» Itanguriro 38:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Yuda amubwira ati: «Ndaguhe ingwati nyabaki?» Na we amwishura ati: «Impeta yawe y’ikidodo*+ n’umugozi wayo hamwe n’iyo nkoni ufise mu kuboko.» Yuda aca arabimuha maze aryamana na we, hanyuma Tamari aribungenga.
16 Nuko akatira iyo ari iruhande y’inzira, amubwira ati: «Ndagusavye unyemerere turyamane.» Ntiyari azi ko ari umukazana wiwe+. Ariko Tamari amubaza ati: «Umpa iki kugira turyamane?»
18 Yuda amubwira ati: «Ndaguhe ingwati nyabaki?» Na we amwishura ati: «Impeta yawe y’ikidodo*+ n’umugozi wayo hamwe n’iyo nkoni ufise mu kuboko.» Yuda aca arabimuha maze aryamana na we, hanyuma Tamari aribungenga.