Kuvayo 25:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Muzokora iryo hema n’ibizoba birimwo vyose mwisunze akarorero* nzokwereka+. Kuvayo 31:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Nagenye kandi Oholiyabu+ umuhungu wa Ahisamaki wo mu muryango wa Dani kugira amufashe. Vyongeye, nshize ubukerebutsi mu bantu bose b’abahinga kugira bazokore ibintu vyose nagutegetse+,
6 Nagenye kandi Oholiyabu+ umuhungu wa Ahisamaki wo mu muryango wa Dani kugira amufashe. Vyongeye, nshize ubukerebutsi mu bantu bose b’abahinga kugira bazokore ibintu vyose nagutegetse+,