ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Imana irabandanya iti: «Yiterere hasi.» Nuko ayiterera hasi, ica ihinduka inzoka+. Musa aca arayihunga.

  • Kuvayo 4:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Yehova amubwira kandi ati: «Injiza ukuboko kwawe aho hantu impuzu yawe ikunjiye* mu gikiriza.» Aca arakwinjizayo. Agize ngo aragukurayo, asanga kwafashwe n’imibembe, gusigaye kwera derere*+!

  • Kuvayo 4:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Ariko nibatemezwa n’ivyo bimenyetso bibiri, bakanka kukwumviriza, uzoce udaha amazi mu ruzi Nili uyasese hasi. Ayo mazi azoca ahinduka amaraso+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika