ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 35:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Maze abantu bose bafise umutima wo gutanga+, bazana intererano bahaye Yehova kugira zikoreshwe mu kwubaka rya hema ry’ibonaniro, mu bikorwa vyaryo vyose no mu gukora za mpuzu nyeranda.

  • Kuvayo 35:26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 26 Nuko abagore bose b’abahinga umutima usunitse, bahingura inyuzi mu bwoya bw’impene.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika