Kuvayo 31:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Nagenye kandi Oholiyabu+ umuhungu wa Ahisamaki wo mu muryango wa Dani kugira amufashe. Vyongeye, nshize ubukerebutsi mu bantu bose b’abahinga kugira bazokore ibintu vyose nagutegetse+,
6 Nagenye kandi Oholiyabu+ umuhungu wa Ahisamaki wo mu muryango wa Dani kugira amufashe. Vyongeye, nshize ubukerebutsi mu bantu bose b’abahinga kugira bazokore ibintu vyose nagutegetse+,