Itanguriro 50:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Yozefu aca arahiza abahungu ba Isirayeli, ababwira ati: «Imana ntizobura kubitwararika. Muze mutware amagufa yanje, muyakure ino+.»
25 Yozefu aca arahiza abahungu ba Isirayeli, ababwira ati: «Imana ntizobura kubitwararika. Muze mutware amagufa yanje, muyakure ino+.»