Abalewi 8:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Hanyuma Musa azana hafi yiwe abahungu ba Aroni, abambika ya makanzu. Araheza abakenyeza ya mikanda yongera abambika na twa dukofero*+, nk’uko Yehova yari yabimutegetse.
13 Hanyuma Musa azana hafi yiwe abahungu ba Aroni, abambika ya makanzu. Araheza abakenyeza ya mikanda yongera abambika na twa dukofero*+, nk’uko Yehova yari yabimutegetse.