ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 7:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Yehova rero avuze ati: ‘Iki ni co kizokwereka ko ndi Yehova+: ngira nkubite uruzi Nili iyi nkoni iri mu kuboko kwanje, kandi amazi yarwo azoca ahinduka amaraso.

  • Kuvayo 8:9, 10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Musa abwira Farawo ati: «Mbwira rero umusi notakambira Imana kugira igukureko ivyo bikere mwe n’abasuku bawe n’abantu bawe, be no mu mazu yanyu. Bizosigara mu ruzi Nili gusa.» 10 Farawo amwishura ati: «Ejo.» Musa aca avuga ati: «Bizoba nk’uko ubivuze, kugira umenye ko ata muntu ariho angana na Yehova Imana yacu+.

  • Kuvayo 8:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Kuri uwo musi, intara ya Gosheni abantu banje babamwo nzoyitandukanya n’ahandi. Nta kibugu kizobonekayo+. Uzoca umenya ko jewe Yehova ndi aha muri iki gihugu+.

  • Kuvayo 9:29
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Musa amwishura ati: «Nkimara gusohoka igisagara nca ninginga Yehova. Imituragaro n’urubura bica bihagarara kugira umenye yuko isi ari iya Yehova+.

  • Kuvayo 14:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Nzoreka Farawo akomantaze umutima wiwe+, kandi azoboma inyuma. Nzokwihesha ubuninahazwa biciye kuri Farawo n’igisoda ciwe cose+, kandi Abanyamisiri bazomenya vy’ukuri ko jewe ndi Yehova+.» Baca bagira gutyo nyene.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika