Kuvayo 4:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Maze Yehova abwira Musa ati: «Niwasubira mu Misiri, uze wibuke gukorera imbere ya Farawo ibitangaro vyose naguhaye ububasha bwo gukora+. Ariko nzomureka akomantaze umutima wiwe+, kandi ntazorekura abantu banje+.
21 Maze Yehova abwira Musa ati: «Niwasubira mu Misiri, uze wibuke gukorera imbere ya Farawo ibitangaro vyose naguhaye ububasha bwo gukora+. Ariko nzomureka akomantaze umutima wiwe+, kandi ntazorekura abantu banje+.