-
2 Timoteyo 3:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Abo bantu barwanya ukuri nka kumwe Yane na Yambure barwanya Musa. Ni abantu bononekaye rwose mu bwenge, abantu batemerwa n’Imana mu bijanye n’ukwizera.
-