Kuvayo 7:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ariko Farawo ntazobumviriza. Nzokwerekana ububasha bwanje mu Misiri*, kandi nzokura mu Misiri isinzi ry’abantu banje* ari bo Bisirayeli, nkoresheje ibihano bikomeye+.
4 Ariko Farawo ntazobumviriza. Nzokwerekana ububasha bwanje mu Misiri*, kandi nzokura mu Misiri isinzi ry’abantu banje* ari bo Bisirayeli, nkoresheje ibihano bikomeye+.